PEFE

Post-Etudiants et Etudiants de la FECABU

Comité Exécutif

  • Président de la PEFE

    Président de la PEFE

Comité de Surveillance

  • NIYONGABO Eric

    NIYONGABO Eric

  • NDIHOKUBWAYO Liliane

    NDIHOKUBWAYO Liliane

Igitabo ca Nehemiya gifitaniye isano n'igitabo ca Ezira (458-433BC),Izina nehemiya risubonura 'guhumuriza',kubera ko abantu bariko bagaruka mu gihugu bari bakenye ihumure ,akahise kavuga ko Ezira yari umukuru w'inama mpanuzwajambo y'abayuda ,ijejwe gutororokanya ivyagezwe vya Mose nokwegeranya ibitabo vy'isezerano rya kera .yari igizwe n'abashingantahe bakuru 120

Nehemiya yari umuheburayo ,umukevyi w'umwami Asuwelusi ,umwami w'abamedi n'aba peresi mu mwaka wa 445bc ,yumvise amakuru ko i Yerusalemu ,inzitiro zaho zahiye n'amare,mbo yaho yarasambuwe ,Amaze kubimenyesha umwami ,umwami yaremeye kumushigikira mu gikorwa ,amuha n'ivyete vyo guha abaganza bose bo muri ako  karere ,ndetse no gusaba gushigikirwa mu bikorwa vyose ,.

Veuillez contacter la PEFE pour recevoir l'enseignement entier. 

PEFE

Qui sont en ligne

Nous avons 287 invités et aucun membre en ligne