Mu bihe nk’ibi aho abantu benshi baronderera ukuri ahatandukanye, birakenewe ko dutahurira hamwe bibiliya (Ijambory’Imana), tukayigarukana kuba ishingiro ry’ubuzima bwacu. Ugutunga bibiliya ni kimwe, kuyiga ni ikindi. Nico gituma dukeneye ivyemezo (Conviction) kuvyerekeye ijambo ry ‘Imana kugira turyige kandi turikunde kurusha.
Veuillez contacter la PEFE pour recevoir l'enseignement entier.